У нас вы можете посмотреть бесплатно INTANGAMARARA (2): BANGAHE MURI CUMI IYO DUSOMERWA BIBILIYA, BATUBWIRA KOKO UBUTUMWA BWIZA? или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Muri iyi video, Havuzwemwo ico arico Ubutumwa Bwiza, Ko ivuka rya Yesu ( ukuza kwa Yesu) mwisi ari amakuru meza mumatwi y'uwo vyaba biguye mumatwi wariwe wese mubo mwisi, Havuzwemwo muburyo bwo gutahuzwa ko Yesu avutse gusa mwisi isi ngo hari ibintu yari ikize, hari ibintu vyari bikuweho kwongera kuyishikira( urubanz:Amazi igihe ca Nowa, Umuriro igihe ca loti), urubanza rwaciye ruhabwa igihe carwo naho nyene ruca rugenerwa ibigaba bizoba vyarakengereye Ineza y'Umuremyi yatanze Yesu, Imwe mumirongo Yahonyoweko Muri iyi video: LUKA 2:11/ YESAYA 53:5 / ABAROMA 8:1 , Muri iyi Video havuzwemwo vyagutse ko Ibisomwe muri BIBILIYA atari iminsi yose bituzako ari ubuyumwa bwiza, kuko ubutumwa bwiza misi yose bukwiye kwumvika muwubwumva Kandi abereye kubwumva nk'inluru yoroshe mumutwi iryoshe iza itamuhagarika umutima ariko muri yo yumvamwo inyishu kubimuremereye.