У нас вы можете посмотреть бесплатно BURUNDI Harakiriwe Umunyamabanga Mukuru wa Papa(Icegera ca Papa) Wari Umunezero Udasanzwe Baratamvye или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Umunezero ni wose Hano i #Burundi Kw'isaha y'umunani y'umuhingamo wo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12/08/2025, niho nyenicubahiro Kardinali #Pietro #Parolin, Umunyamabanga wa Leta ya Vatikano yashika ku kibuga c'Indege ca Bujumbura citiriwe #President #Melchior #NDADAYE. Yakiriwe n'icegera c'umukuru w'igihugu c'uburundi, Prosper BAZOMBANZA, Abepiskopi b'i Burundi, abasaserdoti, abihebey'Imana, n'abakristu batari bake. Umurisho w'ingoma, intambo n'amashi biri muvyaranze abaje gusanganira uwo mushitsi w'iteka. Yakiriwe icese ku kirimba c'ubuserukizi bwa Papa mu Burundi. #nonciaturebujumbura #cardinal #cardinalparolin #urukizatv #visite