У нас вы можете посмотреть бесплатно Abanonotsi b'Abarundi baronkejwe ibikoresho vyo kwinonora biciye imiriyoni 115 z'ama Euro или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Ibikoresho bifasha abinonora imitsi vy'agaciro k'amafaranga angana n'imiriyoni 115 z'amanyaburaya nivyo vyatanzwe n'ubuserukizi bw'ubufaransa mu #Burundi bubicishije mu mugambi wabwo #PEPS ( Projet pour l'Emergence et la Promotion des Sportifs) kuma fédérations atandukanye mu gihugu c'uburundi bubicishije k'umurwi ujejwe inkino mu Burundi #CNO n'ubushikiranganji bujeje ivy'inkino mu Burundi kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 17 Nzero 2026. #Burundi #France