У нас вы можете посмотреть бесплатно No hagati mu gihugu, uduhamagaye dusimba busato! или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Ishirahamwe BMBC riguma ryitaba akamo riterwa n'abakiriya baryo bari mu mihingo itandukanye yo hagati mu gihugu. Uwufise umugambi wo kwubaka ahariho hose mu gihugu, iryo shirahamwe riramwitaba kandi rigatunganya umugambi wiwe neza nkuko avyipfuza. BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012. Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira: [email protected] -Whatsaap:+25779500227 -Youtube:BMBCburundi -Siteweb:bmbc.bi Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo shirahamwe. Mwokwibuka kandi ko mushobora kandi kugura amazu kw’ideni muri BMBC muri projet #BMBCHOMES.