У нас вы можете посмотреть бесплатно 🗣️ Christian Nsavye: Uko umwuga wo kumenyesha amakuru wampinduriye ubuzima или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
📻 Muri iki kiganiro, Christian Nsavye, umumenyeshamakuru w'Imicokama kuri Radio Télévision Isanganiro, atwiganira ingene umwuga wo kumenyesha amakuru ari umwuga wo guha agaciro. 🗣️ Agira ati : "Abavuga ngo umwuga wo kumenyesha amakuru nta mahera urimwo, bamenye ko ata na hamwe amahera ati kandi amahera ari hose, biva ku buryo uriko urakora umwuga wawe, mu kwirinda kwiba no kurya igiturire." 🌍 Aratwiganira ukungene yatembereye ibihugu bitari bike, aronka ubushimwe butari buke, arahura n'ibihangange mu muziki nka Diamond Platnumz, arayaga vya hafi n’Umukuru w’Igihugu — vyose kubera uwo mwuga. ⚖️ Aratubwira ukungene asigaye atumwako mu manza ngo abe umworosha w'amajambo, anateramishe, kandi bimutunze. Ati : "Vyose namenyekanye kubw’uguha agaciro no gukora neza umwuga nkora." 🇧🇮 Arakebura Abarundi gukunda imico y’igihugu cabo kuko ari ubutunzi bukomeye dufise, cane cane biciye mu gushigikira impano z’abana b’Uburundi. #Burundi #Amakuru #IrisNews