У нас вы можете посмотреть бесплатно Sumbawanga: Abarundi Barafatwa N’Igipolisi ca Tanzania N’Ubwo Baba Bafis'Ivyangombwa none biva kuki? или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Muri iyi video turagaruka ku kibazo kiri kuvugwa cane ku Abarundi bafatiwe i Sumbawanga muri Tanzania n'ubwo bavuga ko bari bafise ivyangombwa bibemerera kugenda mu mategeko. Hari amakuru avuga ko bamwe mu Barundi bagezeyo bafatwa n'igipolisi, bagakubitwa canke bagatakaza ibintu vyabo n'ubwo baba bafise ivyangombwa. Muri iyi video ndatanga comment n’isesengura ku bijanye n’ivyo vyabaye kugira twumve neza ukuri kw’ivyo biri kuvugwa. ▶️ Nimwumvirize iyi video mushire Like 👍 ▶️ Mugire na Subscribe kugira ntimuzohave musiba izindi video. #abarundi_bafashwe_tanzania #sumbawanga_abarundi #abarundi_muri_tanzania #tanzania_news #abarundi_bafashwe_sumbawanga #samia_suluhu_hassan #amakuru_yabarundi #burundi_tanzania #abarundi_bafashwe_police #burundi_news #east_africa_news #abarundi_muri_zambia #amakuru_mashasha #burundi_youtube #tanzania_police