У нас вы можете посмотреть бесплатно THEME : UMUGISHA WA MBERE NI UKUGENDANA N’IMANA 🙏✨ или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
🌟 UMUGISHA WA MBERE NI UKUGENDANA N’IMANA Abantu benshi barondera imigisha mu bintu vyinshi: amafaranga, akazi, ubuzima canke icubahiro. Ariko Bibiliya itwereka ko umugisha wa mbere kandi w’ukuri ari ukugendana n’Imana. Muri iyi nyigisho uzokwiga: ✔️ Ico kugendana n’Imana bisigura mu buzima bwa buri munsi ✔️ Impamvu ari yo soko y’indi migisha yose ✔️ Uko twogumana umubano wacu n’Imana mu bihe vyose ✔️ Inyigisho zikomeza ukwizera n’imibereho y’umukristo 👉 Niba wipfuza umugisha uramba kandi udahera, iyi nyigisho ni iyawe. 🙏 Andika mu comments ico wipfuza ko tugusengera 👍 SUBSCRIBE — LIKE — COMMENT — SHARE Mwese muhezagirwe 🙏❤️ #Umugisha #KugendanaNImana #Kwizera #UbuzimaMuKristo #Inyigisho #ImanaIrakora #Faith #ChristianLife #Hope #Amasengesho @poweroftheword2505