У нас вы можете посмотреть бесплатно JE CONSTRUIS MON BUSINESS SANS ARGENT : la réalité du marketing de réseau ( Bénitha Aky) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Benshi batekereza ko kugira utangure business, bisaba amafaranga menshi. Ariko ukuri si uko bimeze igihe cose. Muri iyi vidéo, ndasangira ukuri kwanje: 👉 ingene ndiko ndubaka business yanje ata mafaranga, 👉 binyuze muri marketing de réseau, 👉 atari mu kugurisha indoto, ariko mu kuvuga ukuri nyakuri. Ndaganira ku vyo abantu bake bavuga igihe utanguye : ✔️ kuki amafaranga ataza ningoga ✔️ akamaro ka discipline n’ukwihangana ✔️ ico wiga muri process mbere y’ivyimburwa ✔️ uko wokomeza n’iyo ivyimburwa bitaraboneka Nimba uri mushasha muri business, canke uriko uribaza nimba marketing de réseau ikubereye, iyi vidéo ni iyawe. 👉 Iyandikishe (abonne-toi) ku chaîne kugira ukurikire urugendo rwanje no kwigana nanje 👉 Shira like nimba vidéo yakumoteye 👉 Wandike commentaire umbwire aho ugeze mu rugendo rwawe Tuzotera imbere hamwe, intambwe ku yindi 💪🏽 #NetworkMarketing #BusinessSansArgent #Entrepreneuriat #Mindset #Discipline