У нас вы можете посмотреть бесплатно Gufashanya no kudaheba kw’abakenyezi ni vyo bizobashikana kw’iterambere (M.L. Baricako) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Umunsi wahariwe guhimbaza uburenganzira bw’abakenyezi ni umunsi wo kwisuzuma no kurabira hamwe intambwe bagezeko mu guharanira ubwo burenganzira kugira babandanye basaba ko botunganirizwa no mu bindi batarabakomorera. Bivugwa na Marie Louise Baricako, arongoye umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano. Akaba yabishikirije kuri uyu w’Imana, aho hariko harahimbazwa uwo musi usanzwe uhimbazwa kw’igenekerezo rya 08 Ntwarante uko umwaka utashe. Baricako agahamagarira abakenyezi bose kurengera ingorane bacamwo kugira ntibacike inkokora mu guharanira agateka kabo, na cane cane mu kwiteza imbere batarinze gutega amashi basaba imfashanyo. Ku bwiwe, vyose bikaba bizoshoboka biciye mu kuja hamwe, bagafashanya muri iyo nzira yo kwiteza imbere.