У нас вы можете посмотреть бесплатно Amatora ya 2025 mu Burundi : hagati y’umwizero wa CENI n’amakenga y’abanyepolitike n’amashirahamwe или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Muri uno mwaka w’2025, Uburundi bwiteguriye amatora ku magenekerezo atatu atandukanye. Ay’abashingamateka n’abahanuzi b’amakomine ategekanijwe kw’igenekerezo rya 5 Ruheshi, ay’abakenguzamateka kw’igenekerezo rya 23 Mukakaro, ace akurikirwa n’ay’abahanuzi ku mitumba no mu makaritiye kw’igenekerezo rya 25 Myandagaro. Mbega impande zegwa n’ayo matora ziyitezemwo iki zifatiye ku nteguro yayo ? Hokorwa iki kugira ngo hirindwe amatati aturutse ku matora ?