У нас вы можете посмотреть бесплатно Indero nziza Abavyeyi baha ibibondo niyo ituma bava mwo ab'ingirakamaro ku gihugu или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Hasozerewe ihuriro rigira 6 ryo kurwego rwo hejuru rihuza Abakenyezi b'imboneza ( Forum de haut niveau des femmes Leaders) kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 21 Munyonyo 2025. Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye mu gusozera iryo huriro yashikirije ko imisi ibiri ryamaze ari ngirakamaro, akaba asaba abaryitavye gushira mu ngiro inyigisho bahumviye. #Burundi #FLL6 #ForumdesFemmes2025 #OPDDBurundi