У нас вы можете посмотреть бесплатно Exorciste Pierre Niyonkuru akoreshejwe igitangaza abantu isinzi barabohotse biratangaje cane или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
#UrukizaTv turiko Turahezagigwa ningene uyu #Patiri #PierreNiyonkuru vyukuri asenga Umwete akoresha nishaka ryiwe #Ijambo "#Exorciste" rivuye mu rurimi rw’Igifaransa, risobanura "umuherezwa canke umuntu wemewe n’ #Ekleziya (Gatorika) kugira atembagaze abadayimoni", akoresheje amasengesho yitwa "egzorcisme". Mu Kirundi, Exorciste twovuga ko ari "umusaseredoti asengera abantu bariko barabangamirwa n’amadayimoni kugira bayabohoke". Akora ivyo bintu ku mugaragaro yisunze uburenganzira yahabwa n’umwepiskopi, kuko atari umuntu wese yemewe gukora ivyo bikorwa vyitwa egzorcisme ya gushinge. #Incamake y’ivyo akora: Asengera umuntu afise ibimenyetso vy’uko yatewe n’umudayimoni (nk’akarimi kadasanzwe, ubushobozi budasanzwe, urwanko rw’ibintu vy’Imana…), Akoresha amajambo yihariye y’amasengesho (rituale romanum), Akora ivyo vyose mu kwiyambaza ububasha bwa #Yezu Kristu, akerekana ko ububasha atari ubwiwe bwite. 🔴Terera ibikogwa vyacu uciye kuri WhatsApp +25768722235