У нас вы можете посмотреть бесплатно Inkino zo kwinonora imitsi mu rwego rwo kwivuna abansi zirakomeza ubucuti hagati y'Abasirikare или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
#Gitega: Urwego rwo kwivuna abansi rw'Uburundi rwaratunganije kuva kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 08 Ndamukiza 2025 ihiganwa ryo kwinonora imitsi ku basirikare ry'umwaka wa 2024-2025, ku civugo : "Ubunonotsi mu rwego rw'ukwivuna abansi rw'uburundi ni inkingi y'ukwongereza inguvu z'umubiri n'ugutsimbataza ugufatana mu nda kugira ngo turangure neza umwuga wa gisirikare." Umukuru w'urwego rwo kwivuna abansi Général Prime Niyongabo akaba ariwe yuguruye iryo higanwa mu kigo c'abakomando c'i Gitega. #FDNB #Burundi #championnatmilitaire