У нас вы можете посмотреть бесплатно Amakungu yategerezwa kuba hafi agakingira Abatutsi bo muri Congo bariko baricwa или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Abavuga ururimi rw’ikinyarwanda n’Abatutsi b’Abacongomani babayeho mu buzima bubi cane, bakwiye kuronka ababavugira kugira batabarwe. Irène Kamanzi, umukenyezi aturuka mu buseruko bwa Congo, abona ko leta ya Congo ata bushobozi ifise bwo gukingira abanyagihugu ku rugero rumwe. Akanegura ingene ivyo vyose biba amakungu arorera mu gihe amwe mu mashirahamwe mpuzamakungu yemeza ko aharanira uburenganzira bumwe bwa kiremwe muntu ku bantu bose.