У нас вы можете посмотреть бесплатно Nyeniteka SINZOHAGERA yaragendeye ishengero rya Methodiste Unie rya Paroisse Gatumba или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Umukuru w'Inama Nkenguzamateka, Nyeniteka Emmanuel SINZOHAGERA, asanzwe aserukira Ishengero rya Mehodiste Unie mu Burundi ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe, yarifadikanije n'abakristo bo mw'ishengero rya Methodiste Unie, Paroisse Gatumba, muri komine Mutimbuzi mu masengesho yo guhimbaza Imana yabaye kuwa 11Kigarama. Ayo masengesho, akaba yari yitabwe kandi n'abakenguzamateka batowe mu gisagara ca Bujumbura na buramatari w'intara ya Bujumbura. Mu nyigisho yashikirije abari bitavye ayo masegesho, yashimikiye ku vyanditswe mu bitabo vya Yeremiya 17:7-8; 1korinto 15:58.