У нас вы можете посмотреть бесплатно JE ND'UMUKRISTO / INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA 108 или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Je nd' Umukristo, nzokwama ndi we Mu bintu vyose gushitsa gupfa. Je nd' Umukristo, ndashing' intahe, Nah' igihugu cose contwenga. Je nd' Umukristo wo mu mutima, Kuk' ubu nsigaye nkunda Kristo, Kukw aho yapfa yazira jewe, Bikwiye nanje ko ndamukunda. Je nd'Umukristo, umv' ubgo buntu! Narakijijwe nkurwa mu vyaha. Je nd' Umukristo, naho noterwa N' amarushwa nkaja mu ntambara Je nd' Umukristo, nkab' umusoda, Ndi mu ntambara ndwana n'ivyaha, Umugabisha n' Umwami Yesu, Nitwaba kumwe nzokwama ntsinda. Je nd' Umukristo, nd' umwambukira, Ndakobeje mu rugendo rwanje, Ivy' ino mw isi ndabihinyuye, Nsigaye ndonder' ivyo mw ijuru. Je nd' Umukristo, intara yacu Iri mw ijuru ku Mana yacu, Nta nzar' ibayo, nta n'amagorwa, Abaho bose baguwe neza. Je nd' Umukristo! Ico n' ikintu Gihumuriz' umutima wanje, Kiranyibagiz' imibabaro, Nkumva nduhutse kubg' Umukiza. Je nd' Umukristo uko ndi kwose, Maze ndengukijwe, ngeze gupfa, Nzogir' akanyamuneza kenshi, Nzoba mpiriwe ngiye mw ijuru.