У нас вы можете посмотреть бесплатно IJAMBO : IKIBI || zaburi 12:1-8, Yobu 8:3-6, || Rev.Pastor Olivier IRAKOZE или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
'' IJAMBO: IKIBI'' zaburi 12:1-8, Yobu 8:3-5, Ikibi ntigitanguye kurwira Ubu vuba Ahubwooo sekibi yamye ategura gukirira ikibi Abana b'IMANA. Aho tugendera , Ahodukorera sekibi (satani) Aradukurikira . Ariko ikidutandukanya nabandi akaba arinaco kidukingira nuko twubahisha izina ry'IMANA Riba muri twebwe. IMANA ntizobura kwikangurira kugutabara , niwatungana , Ukagororoka . Mbere n'ikibanza c'ubugororotsi bwawe kizororanirwa. Conclusion :Mbegaa ikibanza urimwo hamwe umwansi yogutera uremezwa neza ko IMANA yohagurukanwa nokugutabara?`` Le mal ne commence pas à se répandre maintenant, mais le diable a toujours cherché à détruire les enfants de Dieu. Où que nous allions, où que nous travaillions, le diable nous suit. Mais ce qui nous distingue des autres et nous protège, c'est que nous honorons le nom de Dieu qui vit en nous. Dieu ne manquera pas de se lever à ton secours, si tu es juste et droit. Même l'épreuve de ton intégrité sera couronnée de succès. Conclusion : Quelle que soit votre situation, si l'ennemi vous attaque, soyez assurés que Dieu se lèvera et vous aidera?? Evil isn't just beginning to spread now, but the devil has always sought to destroy God's children. Wherever we go, wherever we work, the devil follows us. But what sets us apart and protects us is that we honor the name of God who lives within us. God will surely rise up to help you if you are righteous and upright. Even the test of your integrity will be successful. Conclusion: Whatever your situation, if the enemy attacks you, be assured that God will rise up and help you?? #2026: UMWAKA WO KUGARUKIRWA N'UHORAHO #spiritualgravitycenterchurch