У нас вы можете посмотреть бесплатно MTC - IKIZIRITSE UMUTIMA (Official Video) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Prod by Trick on the beat Directed by John Elarts Lyrics Ndashikamye Ntaho azonta Umugororotsi ntahebwa Ntatabwa ntasigwa arashigikirwa Afise Imana Nk'isoko y'ivyizerwa Uko bwije uko bukeye Igenda Imwereka ubwizigirwa Ivyo bikantuma nizigirako Ivyo Yambwiye vyose mbwirizwa kubishikako ntibimatanye n'amajambo y'abantu bimatanye n'umutima w'Imana Itisubirako Ngendana ubushizi bw'ubwoba Nzi yuko ivyo Yambwiye vyo n Bizoba Yambwiye ko amfiseko ivyiyumviro vy'amahoro kugira ampe ivyizigiro vya kazoza Ndizera ndizera ko nzohashika Ko atacotuma Icavuze kidashoboka Nk'uko umutwenzi atacowubuza kuza Niko Ijambo ryiwe naryo atakizoribuza gushika Refrain/ Je ndashikamye ngenda buno bushizi bw'ubwoba. Aaaa nuzera nizigiye ibitokwizigiwe Y'uko vyoba aaaaa Ivyo ntibizontetereza Ndazi ko iyo nja ari heza Mfise ivyo vyizigiro nk'ikirits'umutima Naho bitobaho kubwanje arabimenya 2. ivyerekanywe bifise igihe vyashingiwe bikihuta kugishikako ntibibesha ntibibura kuza iyo vyavuzwe naho vyoteba birashika koko Mba narihebuye iyo ntaza kwizigira Ko nzobonera ukugira neza kwa Rugira Muri iyo ino si y'abakiriho mbona impera y'umugororotsi uburyo yama agenda atotahara ndashikamye ndashikamye Sikubw'Umuntu n'ubuntu bw'Imana buzigamye Aha nibwo buhanshikanye kandi sinkekeranya Imbere ho niheza cane Ivyo Yambwiye nzobikora Aho yavuze nzohagera Niwe anshigikira igikorwa ciwe muri je niwe azogusozera Ivyo mbamwo uyu musi ntaho vyogereranywa n'ubwiza je mbikiwe Ivy'icubahiro niwo mugabane je nateguriwe Ivy'ubwiza buremereye Kurugezo rutsindagiye runyingishe Rusesekaye Nivyo jewa nateguriwe muri we Naho igicapo kinini c'ejo mfise ntaragishikira (hmmm hmmm non) Ntibintera kwihebura Ukwizera ntabwo kungabanukako Inkomezi buri musi zama ziyongerako Erega Kristo niwe centre y'ukwanje Kwizera Niwe nyanduruko ninawe agusozera Ntera nj'imbere nduga cane hejuru Je nd'uwushika kure nshobojwe n'Iyo mw'ijuru Bino vyizigiro ntibitetereza Mbifise nk'ikirits'umutima kinyemeza Ko atacobuza gushika Ijambo ryiwe n'ivyapfuye birazuka n'ibitariho bikaza Sinihebura je sindekura Ndimuzera sindi mubiyonjorora Ico Nzira n'ukwiganyira Ico nkora ngumya ukwatura ivyizigiro bizima ivyanje nkavyegukira Refrain/ Je ndashikamye ngenda buno bushizi bw'ubwoba. Aaaa nuzera nizigiye ibitokwizigiwe Y'uko vyoba aaaaa Ivyo ntibizontetereza Ndazi ko iyo nja ari heza Mfise ivyo vyizigiro nk'ikirits'umutima Naho bitobaho kubwanje arabimenya Siniganyira haba namba Ikizirits'umutima kimbwira ko nzoshika Sinzokwigera ncura intimba Umutima wanje urizeye ko bishoboka .eeeeyaa aaah eeeyaaa aaah eeeh eeeh eeeh Ugushika kure n'Iyo Nzira ndimwo bimeze nk'ikizirits'umutima #mtc #ikiziritse_umutima