У нас вы можете посмотреть бесплатно Uburundi Burahambaye! Raba Ibigwanisho Bitangaje Bubitse mw'banga! 🇧🇮💥 или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Uburundi Burahambaye! Raba Ibigwanisho Bitangaje Bubitse mw'banga! 🇧🇮💥 Uhora wibaza ku bigwanisho Uburundi bufise? Muri iyi video, tugiye kuguha urutonde rw’ibigwanisho vya gisirikare Uburundi butunze muri 2025 – kuva ku bikoresho vy’intoke, imodoka z’intambara, kajugujugu za gisirikare gushika ku bigwanisho vy’ikirere! 🚁💥 👉 Ese wibaza ko igisirikare c’Uburundi kizoba kimeze gute muri kazoza? 👉 Menya igitigiri c’ibigwanisho Uburundi butunze, ico bikora hamwe n’ivyo bifashisha mu kwivuna umwansi. 🎯 Wari uzi ko Uburundi bufise ibifaru bikomeye n’indege z’intambara za Mi-24? 🎯 Ko gifise ibigwanisho birenga 300 vy’ikirere (anti-aircraft weapons)? 🔍 Aya makuru yizewe tuyakesha: 👇👇 📌 Wikipedia – Burundi National Defence Force: 👉 https://en.wikipedia.org/wiki/Burundi... 📌 Ntiwibagire: ✔️ Gukanda Like kuri iyi video ✔️ Sangiza iyi video abandi ✔️ Kanda Subscribe kuri 🇧🇮 Burundi Today TV kugira ntuzocikwe n’iyindi content y’amateka, ubwirinzi, n’umuco w’igihugu cacu! #Uburundi #BurundiTodayTV #BurundiMilitary #IbigwanishoVyUburundi #Ubwirinzi #MilitaryPower #AfricanMilitary #BurundiArmy #BurundiForces #AmakuruYuburundi