У нас вы можете посмотреть бесплатно Tetero Laurette - Ncuti (Official video) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Amahoro cane bakunzi, Ino ndirimbo ndayikunda kandi ndayishimira Imana. Ndashimira Imana ku ngabire y'abavandimwe n'incuti. Narize cane ku bunini bw'urukundo Imana yasutse hagati mu bantu. Dushime umwami Yesu kubo yatwunganishije, abo tuvukana n'abagenzi bahisemwo kubana natwe mu bihe vyose, ivyoroshe n'ibigoye. Kano karirimbo rero kaguhimbare, Kakwibutse gushima ingabire y'ukugira incuti zinezererwa zikongera zikababarana nawe. Imigani 17:17 "Umukunzi akundana ibihe vyose, kandi yavukiye kukubera umuvukanyi mu magorwa." Umukiza wacu abahezagire cane. uwubafise ku mutima, Laurette Tetero Greetings beloved, It is my pleasure to share with you this beautiful song about friendship. I am grateful for this song because its inspiration came from the revelation of the abundance and immensity of the love that God has poured out among humans. Let's give thanks to our Lord Jesus for the beautiful family and friends that committed themselves to stick with us through thick and thin. May you enjoy this song, May you be reminded to be grateful for the people that weep and rejoice with you. Proverbs 17:17 " A friend is loving at all times, and becomes a brother in times of trouble." May our savior bless you. Love, Laurette Tetero Video director: Landry SB- Grand Pictures vixens : *The best friend: Ingrid Niyubahwe Samuel Audio: Aury Chris- NCA Studio Special Thanks to : Clinique du bien-etre Christa Mupfasoni