У нас вы можете посмотреть бесплатно Dawidi By Happy-Ric Family Senior или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
R) Dawidi yarakeneyibuye rimwe gusa kugira gwacecekeshe Golitati na Ana yarakeneyumwana umwe kugira gwacecekeshe Penina Nawe gwiza Gusenga nabo bagwize kuvuga Imana niyakwishura bose bazoceceka 1 ) Harigihe inzira ziguherana imbere yawe ukabona intabwe. Ukabona ishonje igiye kukumira . Rekagucika intege pfukama ahonyene usenge. Ibuka na mose ageze kukiyaga . Kuvugwa nabi kwabisirayeri kumurembeje. Yarabonye kwatahandi harinyishu. Avyereka Imana Maze irishura. Ikiremwa muntu burya kiragoye. NImana yaricujije ico yakiremeye. Nonabantu batunvirimana yabaremye . Wunva bazokwunvira gute umuntu. Reka gucika intege kubwamajambo yabantu. Urabandanyuseng'Imana irishura. Ukwo yari kuvakera nubu ntirahinduka. Izoguhinyishimwe vyose bizishugwa...... 2 ) Buryabantu turinyama yivyondo. Ntuze wiratire iyisi kukwarumuyaga. Aha mubona turi hari habaye abandi. Nicogituma dukwiye kwitonda. Umuntu niyakuvuga nabi uramusengera. Wirinde gukorera mumubiri. Kukwinguvuzumuntu ntaco zomara . Wewurama mutuzwe Nogusenga. Yayindi yamanikijuru. Ikaryuzuza kw'isi yose. Ikarigereka kwibintu biremereye. Ukwezi inyenyeri hamwe nizuba. Ntaninkingi nimwe yashizeko . Arikwijuru ntanuguhoba. Abisi bubaka Ama étage ninkingi nyishi . Imana dusenga Vyukuri irabaruta. GP Happy-Ric Family Senior Gmail : [email protected] page : Happy-Ric Family Senior Facebook : Éric PRO TEL: +257 68349225 WhatsApp :+257 71386423 Burundi Bujumbura Kamenge Mirango 2 avenue 14 numéro 73 SDA Ngagara