У нас вы можете посмотреть бесплатно IKIMENYETSO 666 : Ubusobanuro duhabwa na Bibiliya ijambo ry'Imana или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
IKIMENYETSO 666 : Ubusobanuro duhabwa na Bibiliya ijambo ryImana Ikimenyetso 666 ni kimwe mu bimenyetso bivugwa cane mu gitabu c’Ivyahishuwe. Ariko bisigura iki vy’ukuri? Ni ikimenyetso c’umuntu? C’ubutegetsi? C’ivy’ubutunzi? Canke ni ikimenyetso c’ukwiyegurira ikibi? Muri iyi vidéo turasesengura: Aho 666 ivugwa muri Bibiliya Ico isobanura mu vy’impwemu Uburyo umuntu yokwirinda kuyoborwa n’iki kimenyetso Ico bisigura ku buzima bwacu bwa misi yose Iyi vidéo igamije kwigisha no gukangura, si iyo gutera ubwoba, ahubwo ni iyo gutuma twitegura no gukomeza ukwizera kwacu. 📖 “Ufise ubwenge naharure igiharuro c’ico gikoko…” 👉 Kora Like, Share na Subscribe kugira ntuhushwe n’izindi nyigisho zubaka ukwizera. #666 #Ivyahishuwe #IbimenyetsoVyIherezo #UkugarukaKwaYesu Tel: +25761208669 Uri n'ugutwi niyumve! Unesha ntaco urupfu rwa kabiri ruzomugira. Ibi vyirwa mubikurikirana misi yose kuwagatanu (Jeudi) isaha cumi na zibiri zagatondo (6h) no kw'isabato isaha umunani ninusu z'umuhingamo (14h30). Yesu agiye kuza vuba, mugihe twiga ubuhanuzi nkubu nimureke twitegurire umuzo wiwe uhambaye. Murakoze!