У нас вы можете посмотреть бесплатно Wilson NDAYIZEYE Yigisha imbwa :Umubano/Gukingira /akaba n’umworozi wazo. Imbwa imwe igurwa 1500 USD или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
🔴😍Imbere yo gusozera uno mwaka wa 2023, twagira tubereke uwundi mu « Jeune » w’umurundi yitwa Wison NDAYIZEYE aba mu Gihosha, mu gisagara ca Bujumbura, yatanguje umugambi ukomeye wo kwigisha imbwa ibintu bitandukanye harimwo umubano mwiza, gukingira abantu n’ivyabo akongera akaba n’umworozi wazo. Ni umugambi umenyerewe cane hakurya y’amazi, ariko uriko uramenyerezwa na hano mu gihugu iwacu. Agira ati : « Ni umugambi mwiza kuko narawuhisemwo, nongera ndawugira umwuga. Inyuma yo kugira ama formations ku bijanye n'uwo mugambi wo kwigisha imbwa, naciye ntangura kuwushira mu ngiro. Ubu urantunze kandi urantungiye n’umuryango. Mbere na Murumunanje ahejeje amashure, naciye ndabimwigisha nawe arabimenya. Ubu hariho abandi bantu baba batunze imbwa badutumako kugirango tuzibigishirize. » Nimumwumvirize !! #lesbeautesdecheznous #akezanet #dresseurcanin #Burundi