У нас вы можете посмотреть бесплатно Elyse Colimba - NYIGISHA или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Yesu niwe wenyene nzira, ukuri n'ubugingo. Iyisi ibiyiriko vyose ndetse nabantu bifise ikiringo nigihe vyashingiwe,ariko kumenya Yesu nokugendana nawe, nibwo buzima buhoraho nikwo kumenya amahoro , numunezero ,ivyizigiro bihoraho , kuba Muriwe kandi nikwo kuba mubuzima buhoraho Muze tumwisunge munzira ziwe zigororotse Zidushikana kugakiza CONTACT Tél: +257 69982210 Facebook:https://www.facebook.com/profile.php?... Piano : Procy Drums : sympo Bass: Arnaud Elec guitar: Emma Procuder: Arnaud @arnaudgasige7674 Director: Brian Smith @BrianSmithFTP LYRICS NYIGISHA ************* Ibinezera muri iyi si Ni vyishi Ariko wewe Yesu niwe nkeneye gusa Ndakwishikaniye Wewe uzi ibinkwiye Wampaye ico Urupfu rutonyaka Kuko warutsinze Aho wazuka None unyigishe Ivy'inzira zawe RF / Kuko iyisi iriko ishirana nivyayo Mwami Yesu unyigishe Ivyo inzira zawe Nyigisha gutunga Umutima w'Ubwenge Ngenane nawe Yesu Imisi yosee Menye guharura igihe aho kigeze 2.Kandi ibigusha Birushirije kwiyongera Niko n'isi ishirana Nivyayo Kandi abayo ntibakinezwe ivyawe Yesu Nyuzuza urukundo rwawe Mukiza nshoboza Kuyitera umugongo Kandi unyigishe ivyinzira zawe RF/........................... Bridge/ Aho niho Hari ubuzima buhoraho Aho niho Hari amahoro nashitse Aho niho Hari ivyizigiro bihoraho Ni muri Yesu Ni muri Yesu gusa Ni muri Yesu tuzibera *3