У нас вы можете посмотреть бесплатно NINDE yigisha kuvyerekeye kuvyara k’urugero(Planning familial) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mu gisagara ca Gitega barateguye umukino w’inyigisho werekana ukuntu bigishwa ivyerekeye ukwibaruka n’ukwitaho abavyeyi. Muri uyu mukino, abanyeshure barerekanye uko bakira umuvyeyi ashitse kw’ivuriro, uburyo bwo kumusuzuma, kumufasha mu buryo bwa kijambere, hamwe n’ingene umuvyeyi yitabwaho gushika igihe avyaye neza kandi mu mutekano. Uyu mukino wifashishije urugero n’isanamu (mise en situation) kugira ngo abanyeshure berekane ubumenyi n’ubushobozi bariko bararonka mu gihe c’amashure. Inyigisho nk’izi zifasha cane kugira abanyeshure bategurirwe akazi ka buri musi mu mavuriro, aho basabwa gukorana ubuhinga, ubwitonzi, umutima wo gufasha, n’ukumenya gukorana n’abarwayi mu buryo bubereye. Ni intambwe ikomeye mu kwerekana ukuntu urwaruka rw’u Burundi rugira uruhara mu guteza imbere serivisi z’ubuvuzi, na cane cane mu bijanye n’ukwitaho abavyeyi bibaruka. Uwo mukino wateguwe kugira uruhara mu kwigisha abandi banyeshure, gusangira ubuhanga, no gushigikira indero y’ubuvuzi mu Burundi. #Gitega # #Kwibaruka #Santé #Formation #Abanyeshure #Uburundi