У нас вы можете посмотреть бесплатно MUTIMA atweretse i MACHINE zirima yakuye muri CHINE//Impinduka bizozana//Hectares 10 ntanguye kurima или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
KIRUNDI DESCRIPTION UMUKUBITO TV basanze MUTIMA ku kivi, aho yari yatanguye umurimo wo kurima hectares 10 akoresheje imashini . Twasanze imashini iriko irakora n’inguvu nyinshi cane, ikarima umurima munini mu mwanya muto cane. MUTIMA yadusiguriye ko izi mashini zije kuzana impinduka zikomeye mu burimyi bwo muburundi: Kurima vuba no kurangiza imirima minini mu misi mikeyi, Kugabanya inguvu z’abantu, Kongera umwimbu ku gihugu n’imirima yo mu ntara, Ukuja mu ntambwe nshasha y’ubuhinga bwa kijambere mu burimyi bw’i Burundi. UMUKUBITO TV yerekanye uko umurima wose uriko uhinduka mu kanya gato, kandi MUTIMA yizeye ko iyi nzira nshasha izotuma uburimyi bwiwe butera imbere cane. ENGLISH DESCRIPTION UMUKUBITO TV found MUTIMA on his farmland, where he had started cultivating 10 hectares using a farming machine. We found the machine working with great power, cultivating a large field in a very short time. MUTIMA explained to us that these machines are bringing major changes to agriculture in Burundi: Faster cultivation and completion of large fields in just a few days, Reducing human labor, Increasing harvests both for the country and for farms in different provinces, Taking a new step toward modern, advanced agricultural practices in Burundi. UMUKUBITO TV showed how the entire field was transforming within minutes, and MUTIMA expressed confidence that this new approach will greatly improve his farming productivity. #UmukubitoTV #Mutima #UburimyiBwIgitugu #MachineZirima #MadeInChina #Igihingwa #ImpindukaMuBurimyi #TechnologyInBurundi #Hectares10 #BurundiAgriculture #Kivi #UbuhingaBushasha #FarmMachines #AgriTechAfrica #BurundiToday @NtareRushatsiHouseTV #president #mutimalecomedien #uburimyi Entertainment, Development and News about our BURUNDI Country is a key of channel UMUKUBITO.