У нас вы можете посмотреть бесплатно #inyigisho или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
👉“Stress irashobora kukwica buhoro buhoro utabizi…" Stress ni ikibazo gihura n’abantu benshi muri iki gihe, ariko benshi ntibamenya ico ari co canke ibiyitera vy’ukuri. Muri iki kiganiro, umuhinga muvyerekeye amagara yo mu mutwe, Pof.Dr David Niyonzima yagiranye n'umwungere News ku buzima bwiwe yaratanze impanuro, aravuga neza: ✅ Stress ni iki? ✅ Ni ibiki bitera Stress mu buzima bwa misi yose ✅ Ibimenyetso vya Stress ku mubiri no mu bwenge ✅ Uko womenya ko ugeze ku rugero ruteye ikibazo ✅ Impanuro zogufasha kuyimenya hakiri kare iyi vidéo iragufasha gutahura neza ivyo urimwo no gufata ingingo zibereye. 🔔 Ntiwibagire gukora #Subscribe, Like, Share kugira n'abandi bunguke kuri izi mpanuro ngirakamaro ku buzima bwacu #stress #ubuzimabwiza #mentalhealth #inyigisho #ubwenge #lifeadvice #burundi @UmwungereTV