У нас вы можете посмотреть бесплатно INDOTO ZANJE KU BURUNDI : Uko mbona Uburundi bw'ejo // Abanyamitahe nka Dangote Chameleon mu Burundi или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Muri iyi video ndavuga indoto zanje ku Burundi bw’ejo hazoza. Mbona Uburundi bushobora gutera imbere mu myaka iri imbere biciye mu bashoramari n’abanyamwuga baturuka mu bindi bihugu. Ndatanze akarorero kuri: Jose Chameleone yazanye Radio mu Burundi Aliko Dangote umwe mu batunzi ba mbere muri Africa ashobora kuzana amashirahamwe n’ivyashara Ivyo vyose vyerekana ko iterambere ritangura bukebuke. Mbega wewe ubibona gute? Uburundi bwoshobora kuba igihugu gikwega abashoramari benshi? 🔔 Subscribe kugira ntuhushwe izindi video ziganisha ku gutera imbere kwacu. #Burundi #Development #Dangote #Chameleone #Africa