У нас вы можете посмотреть бесплатно ⚙️ Ubu dukora amacupa ya plastique ari hagati y'ibihumbi 10 na 15 ku kwezi | 🤝 PAEEJ ni yirambire ❗ или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
LIGHT KAYANZA PLASTIC COMPANY, ni ishirahamwe rihingura amacupa atameneka (bouteilles en plastique). Jules IRAKOZE arirongoye akaba amenyesha ko ico ciyumviro caje amaze kubona ko amahinguriro amaze kugira mu Burundi, maze bitura umugambi PAEEJ kugira ubaronse ingurane. bakaba bakora amacupa yo gutekera Amazi, amavuta, amata,... Bakorera mu Gahombo, mu ntara ya kera ya Kayanza. Mukeneye ico ubabaza, ushobora kubakura uciye Ku numéro ya 61636278