У нас вы можете посмотреть бесплатно Twatembereye mu kazinga (île) kari mu Burundi / Kari hagati mu kiyaga RWERU или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mwari muzi ko Uburundi bufise izinga, ribako abantu n’ibitungwa bitandukanye ? Ego cane…!! Akeza.net iherutse kugendera abarundi baba mw’izinga ryitwa “Ku Ruyoka”, riri mu buraruko bw’igihugu, neza na neza mu ntara ya Butanyerera, Komine Busoni, hirya ya Kirundo. Ni ku mpera z’ubutaka bw’uburundi, aho abo benegihugu bahaba kuva mu 1980. Ubuzima babayemwo buratangaje cane : N’ubwo bari kw’isi iri hagati y’ikiyaga ca Rweru, Bararima, bakorora kandi bakitezimbere. Bimwe mu bibazo bafise n’uko ivya nkenerwa vyinshi , bamanza gufata ubwato bakaja kubikorera ku yindi si , iri hakurya, I Busoni no mu Kirundo. Ivyo navyo ni nko Kwivuza, Kwiga, Guhamba ababo (Gufoba), n’ibindi n’ibindi. Ntiwogenda utaravye kino kiganiro, kirimwo ibishingantahe bitangaje