У нас вы можете посмотреть бесплатно Abanse kurekura abanyororo bahawe ikigongwe n'Umukuru w'Igihugu, barahanywe vy'akarorero! или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Muri #ALUCHOTO baragerageje gukora kugira ngo agateka kazinamuntu mu #Burundi gashobore gukomera, n'ubutungane kuri bose muri uyu mwaka wa 2025. Ico biyemeje ni ugukora kugira ngo umurundi wese yishire yizane mu vyiwe no mubiwe, nk'uko bishikirizwa na Vianney Ndayisaba umuhuzabikorwa mw'iryo shirahamwe mu gihe yashikiriza ivyaranguwe muri uyo mwaka uheze wa 2025.