У нас вы можете посмотреть бесплатно Amafaranga arakenewe, ariko si yo makuru mu mugambi w’uburimyi n’ubworozi, ica mbere ni ishaka или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Umutahe ukenewe kugira umuntu atanguze umugambi w’uburimyi n’ubworozi ni umwete hamwe no kwitanga. Bivugwa n’umuhinga aturuka mu gihugu ca Bénin yitwa Godfrey Nzamujo, yabaye rurangiranwa kubera ikigo c’uburimyi n’ubworozi yashinze citwa Songhaï. Hari mu kiganiro uwo munya Bénin yagiranye n’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye ku wa kabiri igenekerezo rya 17 Nzero. Godfrey Nzamujo asanzwe ari mu rugendo mu Burundi amenyesha ko urwaruka rutokwitinya kuko umutahe w’amafranga ukenewe atari munini, kandi iyo hariho ugushaka, umutahe wose wotanguzwa urakura.