У нас вы можете посмотреть бесплатно Agashavu k’abarimyi b’Abarundi ni kenshi kubera ibura ry’umwavu или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Ikibazo c’ifumbire mu Burundi ni ikibazo gisa n’icabaye akananirabahinga haraheze imyaka itari mike. Abarimyi bari mu gahinda kenshi, na cane cane ko baba bamaze kuriha amafaranga ariko ntibaronswe umwavu baba bemerewe mw’ishirahamwe riwuhingura FOMI. Iryo kena ry’umwavu rikaba rifise ingaruka zitandukanye, haba ku mwimbu muri rusangi, eka mbere n’itituka ry’isi itaronswa uwo mwavu iba yaramenyereye.