У нас вы можете посмотреть бесплатно Abategetsi b’Uburundi bafashe bugwati impunzi z’Abanyecongo bahungiye mu Burundi (C. Mugwengezo) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Abanyecongo bahungiye mu Burundi barafise uburenganzira bwo gusubira iwabo mu gihe babonye ko umutekano wagarutse, Leta y’Uburundi itegerezwa kuvyubahiriza. Ni akamo gaterwa na Chauvineau Mugwengezo, arongoye umugambwe UPD-Zigamibanga, inyuma y’aho impunzi ziri mu makambi ari mu ntara ya Ruyigi zidogeye ko zashatse gutaha ariko abategetsi b’Uburundi ntibashake kubafasha. Mugwengezo abona ko uko ari nk’ugufata izo mpunzi bugwati, kugira umukuru w’Igihugu Évariste Ndayishimiye yereke amakungu ko hari ico ariko arafasha mu kwakira izo mpunzi. Ariko rero ikibabaje cane Mugwengezo ni ingene izo mpunzi zifashwe nabi zikongera zikabuzwa gutaha iwabo.