У нас вы можете посмотреть бесплатно SURPRISE: umwami w’ama memes mu Burundi, CHAZEL aratubwira uko avyiyumvira, nico bimumariye. или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
🔴 😂 SURPRISE: • Chazel • basigaye bita « umwami w’ama memes” mu Burundi, benshi ntimwari mu muzi ariko turamubazaniye muri Open Mic, kugirango atubwire uko avyiyumvira, nico bimumariye. Kuri we agira ati : « Ubwa mbere nabikora nk’ibintu vyo kwiryohera. Ariko ubu hari igihe bandiha amahera kugirango ndabamenyekanishirize ibikorwa vyabo. Novuga ko ari ubundi buryo bushasha bwo kumenyekanisha ibikorwa. Nipfuza ko iki gikorwa ca memes coshika kure, kuko umenga ntikirashika neza muri entertainment y’Uburundi » #lesbeautesdecheznous #akezanet #comedie #Burundi