У нас вы можете посмотреть бесплатно Umunsi wa 6 wa noveni yo kwiyambaza Bikira Mariya upfundura amapfundo или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
UMUNSI WA GATANDATU 1) Kwanga ibyaha 2) Ndakuramutsa Mariya 10x3 3) Igisabisho cy'umunsi wa 6 4) Ndakuramutsa Mariya 10x2 5) Isengesho ryo kwiambaza Bikira Mariya upfundura amapfundo Igisabisho cy'umunsi wa 6 Mwamikazi w'impuhwe, nongeye kuguhereza iri pfundo ry'ubuzima bwanjye:..............., kandi ngusabye umutima uzi kwihangana igihe ugipfundura iri pfundo. Nyigisha kwihangana numva ijambo ry'Umwana wawe, kwihana no kwakira Yezu; kandi ugumane nanjye. Tegura umutima wanjye, kugira ngo uzahimbazanye n'abamalayika ingabire urimo kundonkera ubu. Mariya upfundura amapfundo, unsabire. Uri mwiza, uri Umuziranenge Mariya, nta bwandu na bumwe bwigeze bugukora.