У нас вы можете посмотреть бесплатно Raba umukenyezi w'umu mécannicienne wo muri komine Kinyinya afise atelier de soudure yiwe akoreramwo или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Kaze #Tuyage Ubutunzi: NIMBONA Sylvie ni umukenyezi w'umu mécanicienne wo muri komine #Kinyinya intara ya #Ruyigi, aho afise atelier de soudure. Uwo mukenyezi w'abana 3 uwo mwuga awukoze imyaka irenga 20 akaba amaze kuvyungukamwo ibintu vyinshi. Kubwiwe ngo abakenyezi barashobora gukora ubuzi bwitwa ngo n'ubwabagabo. Bisubiye ngo bomenyera gukora kugira ntibame bazera vyose ku bagabo babo. Uyu mukenyezi umuvuzeko iki ?