У нас вы можете посмотреть бесплатно U Burundi buri mu bihugu 8 vy'Africa vyagwanije biboneka indwara y'uburire или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Igihugu c'u #Burundi carashizwe ku rutonde rw'ibihugu 8 vya mbere vyo muri #Africa hamwe no mu bihugu 24 vyo kw'isi yose vyashoboye kurandurana n'imizi indwara y'uburire itera uruhumyi ariyo #Trachome mu rurimi rw'igifaransa, nk'uko vyemejwe n'ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y'abantu kw'isi #OMS kw'igenerezo rya 30 ruheshi umwaka w' 2025. Ivyo bikaba vyashikirijwe n'uwuserukira ishirahamwe OMS mu Burundi kuri uyu wa 30 nzero umwaka w' 2025 mu kibimba muri komine #Gitega , mu gihe Uburundi bwari buramutse buhimbaza iyemezwa n'ishirahamwe mpuzamakungu OMS ko bwaranduranduranye n'imizi iyo ndwara.