У нас вы можете посмотреть бесплатно Ubworozi bw'amafi iyo bukozwe neza birazana akunguko cane cane iyo boroye amafi y'ubwoko bwiza или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Imwe mu ntambamyi aborozi b'amafi bagira ngo ni ukuronka imivyaro y'amafi irobanuye kugira ngo ntibakore bahomba. K'umurwa mukuru wa komine Bubanza, Jean Paul Barutwanayo yariyumviriye gushira ho akarima ko mu kigo kagizwe n'i'yanja ntonto yororeramwo amafi yo gufungurira umuryango wiwe n'ayo kuvyarizamwo ifi zo mu bwoko burobanuye kugira ngo ashobore kuronka imivyaro y'amafi ateragira mu nyanja ziwe anaronken n'imivyaro ashobora kuronsa abayikeneye basanzwe bipfuza kworora amafi. #Burundi #ubworozi