У нас вы можете посмотреть бесплатно UBURYARYA BW'UMUTIMA или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Iyi ni inkuru y’urukundo yerekana ukuri kwihishije inyuma y’amajambo aryoshe. Samuel yakunze n’umutima wose, ariko urukundo yahawe rwari rufise ikindi rushaka: inyungu n’amafaranga. Muri iyi nkuru, turiga uko imyitwarire ivuga kurusha amajambo, n’uko uburyarya bw’urukundo bugenda bwiyerekana uko igihe gihita. Ni inkuru izokwigisha kwiyubaha, kwikunda no kutemera kubeshywa n’amajambo gusa. 🎧 Raba/tega amatwi iyi nkuru nimba: warigeze kubabazwa n’urukundo ushaka gutahura itandukaniro riri hagati y’urukundo rw’ukuri n’urw’inyungu ushaka inkuru zifise inyigisho z’ubuzima 👉 Ntibagira kwibagira kudukurikira (Subscribe) no gusangiza abandi nimba iyi nkuru igukoze ku mutima. Hashtags: #InkuruYUrukundo #Uburyarya #UrukundoRwUkuri #InkuruZUbuzima #Kwikunda #KirundiStories #LoveStory #lifelessons