У нас вы можете посмотреть бесплатно Baronse ingurane y'umugambi PAEEJ none uyu munsi binziza imiriyoni 53 ku kwezi. или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Rwaruka aho muri hose, yaruka hano tuyage ivyunguka. Iyi ni koperative AGRO-BUSINESS UMUVUKANO MWIZA, iri mu ntara ya Bubanza. Bahingura indya z'ibitugwa harimwo ibiryo vy'inkoko. Kubera ingurane bahawe n'umugambi Paeej-Burundi koperative yaraguye akarere, iraduza umwimbu, iraranatanga n'ubuzi. Ubu rero baratanga itoni zishika 24 ku ndwi. Ubwambere binziza 500.000 Fbu ku kwezi ariko ubu bageze ku miriyoni zishika 53 ( 53 miilions FBU) ku kwezi. #Burundi