У нас вы можете посмотреть бесплатно GUSANGIRA BY HAPPY-RIC FAMILY SENIOR или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Amahoro ncuti yacu Twashaka kukw'ibutsa ijambo niryarindi nyene ni hogi genda sinigeze ndabamenya Narishonje ntimwangaburiye nagenda gusa ntimwanyambitse ayo niyo majambo Imana izobwira abadafise umutima wogufasha aboro Ncuti hinduka duhindure isi tugire urukundo gwogukunda bagenzi bacu bashonje tuzoba dukoze igikogwa ciza tuzohembegwa Bikisha ubutunzi bwawe mw'ijuru ahingese ninyenzi zitagera niho uzobaho ibihe bidashira Murakoze mwese mugiye kwunva ubu butumwa mukabugendera Mwipfuza ico mubaza canke ico mwunganira mwoturondera kuri tel:+257 68349225 Whatsapp:+257 71 386 423 Gmail:ericntakirutimana21@gamail.com Abagize ico bakora kugira ubu butumwa buje ahabona yaba ari muburyo bwamahera canke muburyo bwoguhinyanyura mwese Imana ibahezagire . Prodiction Beat :Richard Guitale :Fidel Production :Audio Eric Pro Edit:Video Eric Pro Cameraman :Janson Pro