У нас вы можете посмотреть бесплатно Uburundi burakeneye impinduka mu vy’ubutunzi kugira abanyagihugu baronke agahengwe (F. Ndikumana) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Uburundi buri mu ngorane nyinshi harimwo ubutunzi bucumbagira, cane cane kuva mu myaka 3 iheze, bivuye kwibura ry’ibitoro n’amafaranga y’agaciro, ivyo bigatuma ivyankenerwa bibura. Bivugwa na Faustin Ndikumana, arongoye ishirahamwe PARCEM, ryishinze gukangurira Abarundi guhindura ingendo kugira biteze imbere, igihe yariko arasaba abategetsi b’igihugu guhindura ibintu muri uyu mwaka mushasha w’2026 kugira abanyagihugu baronke agahengwe. Ku bwa Faustin Ndikumana, icishe ico gisata ni uko abategetsi batarashobora guteza imbere ibikorwa nk’uko biri mu mvugo.