У нас вы можете посмотреть бесплатно Ikiringo ca kabiri ca Révérien Ndikuriyo ku burongozi bwa CNDD-FDD : ni uwuhe mukenyuro ku mugambwe? или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Itorwa ku ncuro ya kabiri rya Révérien Ndikuriyo ngo arongore umugambwe CNDD-FDD, ririko riravugwa cane ku bijanye na kazoza k’igihugu mu bijanye n’intwaro rusangi, ikibanza c’abatavuga rumwe na CNDD-FDD hamwe n’ibijanye n’uguhiganwa biciye mu muco muri politike. None itorwa ryiwe ryoba risigura iki ku bijanye n’ukwishira n’ukwizana muri politike y’Uburundi ? Iryo torwa ryoba risanzwe canke rigiye kubandanya risubiza inyuma ibijanye n’ibikorwa vy’iyindi migambwe yirirwa isaba iyubahirizwa ry’intwaro rusangi ?