У нас вы можете посмотреть бесплатно Uyu musore ubu bamuhamagara Boss kubera amahera akura mu burimyi bw'inanasi или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Allloo rwaruka nyaruke ngaha ico mwirabira: Mbonimpa Ezechiel ni umusore wo mu Ruyigi. Ahejeje amashure yaciye aja mu burimyi bw'inanasi, mu murima w'i hegitari imwe. Amaze kuronka ingurane ya Paeej-Burundi yaciye arima ku mahegitari arenga 12. Ubu bamuhamagara Boss kubera iyo yimbuye aronka amafaranga arenga umuriyoni (1.000.000 FBU). Abwira urundi rwaruka ati: "Imana ifasha uwifashije, kure amaboko mu mpuzu mukore..."