У нас вы можете посмотреть бесплатно Bubanza: Abanywanyi b'umugambwe CNDD-FDD basabwa kuja ku kivi c'igihugu atari ikivi c'abantu или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Kuri uwu wa gatandatu abanywanyi b'umugambwe CNDD-FDD bo mu ntara ya Bubanza nabo nyene baragize urugendo bavuga ko bashigikiye kandi bakeza umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ku migambi iriko irarangurwa mu gihugu. Syvestre NDAYIZEYE umunyambanga Ntunganyabisata ajewe imihari ikomoka kuri uwo mugambwe, yasavye abagumyabanga kubandanya gushigikira umukuru w'igihugu yongera abibutsa ko babwirizwa kuja ku kivi c'igihugu atari ikivi c'abantu.