У нас вы можете посмотреть бесплатно INZIRA ZAWE ZOSE N'IBIKUBABAZA (Cantique Kirundi 180) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Inzira zawe zose Take no thought for the morrow. Tune G.B. 503. Song lyrics 1 Inzira zawe zose N'ibikubabaza, Bibgir' Imana vuba Kw iganz' ivyo mw isi; Kand' ijuru n'iryayo, Nta hant' itaganza, Ntibizoyinanira Kugukiza nawe. 2 Kandi ntukiganyire, Ngo Mbega nzory' iki? Ni murab' utunyoni Twama tuguruka; Ubgatwo ntitubiba, Kandi ntitwimbura, Iman' iradutunga; Wew' uraturuta. 3 Kandi ntukiganyire, Uti Nzambar' iki? Rab' ingen' amashurwe Aba ku misozi, Nta n'igikorw' akora Kand' arashajije; Iman' irayambika, Naw' izokwambika. 4 Ureke kwiganyira, Ntibikubereye! Abapagani bose Biganyira cane. Weho ni wih' Imana, Uronder' ivyayo, Ni ko vya bindi vyose Ubiherw' ubuntu.