У нас вы можете посмотреть бесплатно Isanganiro Awards 14è Edition: Sat-B na Melanin Gusto BANSE! Ukuri kuri Top 20 kwateye impari или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
) Isanganiro Awards 14è edition yatunganijwe na Radio Isanganiro yashize ahabona indirimbo 20 za mbere zizohiganirwa IsanganiroAwards. Ariko abaririmvyi babiri bakomeye aribo Sat‑B na Melanin Gusto banse kuja muri ayo mahiganwa, bavuga ko hari ibintu bitagenda neza. Muri kino kiganiro turagaruka kuri: • Top 20 yose yatowe • Igituma Sat-B yanse • Igituma Melanin Gusto yanse • Ukuri kwose kuri Isanganiro Awards Reka wumvirize neza umenye ukuri kwose. SUBSCRIBE kugira ntuhave ubura inkuru zose z'umuziki w'i Burundi. #isanganiro_awards #isanganiro_awards_2026 #sat_b_isanganiro_awards #melanin_gusto_isanganiro_awards #isanganiro_awards_top_20 #radio_isanganiro_awards #sat_b_news #melanin_gusto_news #burundi_music #burundi_artists #burundi_awards #isanganiro_awards_ikibazo #sat_b_yanse_awards #melanin_gusto_yanse_awards #burundi_music_news #top_20_burundi_songs #burundi_entertainment #sat_b_2026 #ugandamelanin_gusto_2026