У нас вы можете посмотреть бесплатно Abakenguzamateka basabwa gusoma cane ibitabo kugira ngo barushirize ho kwiyigisha bimwe muvyo bakora или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Abakenguzamateka basabwa kwama biyigisha gusoma ibitabo bijanye no gutegura hamwe no kwandika neza amabwirizwa, kugira ngo bashike ku gutunganya neza ibikorwa basabwa n'ibwirizwa nshingiro ry'igihugu. Bishikirizwa n'Umukuru w'Inama Nkenguzamateka Gervais Ndirakobuca mu gihe hariko hasozerwa uruganda rw'imisi 2 rwo gukarihiriza ubwenge Abakenguzamateka n'abakozi bo muri urwo rwego ku bijanye no kwandika neza amabwirizwa, aho urwo ruganda rwari rwatanguye kuva kuri uyu wa 12 Ruhuhuma umwaka w' 2026 mu gisagara ca Bujumbura. #Burundi