У нас вы можете посмотреть бесплатно Votre retraite dépend-elle uniquement de votre employeur ? или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Rimwe na rimwe abakozi benshi biyumvira ko ubuzima bwabo mu bukukuruke (retraite) buhagaze gusa ku mukoresha wabo. Ariko none ni vyo koko? 🤔💭 None umukozi akwiye gukora iki kugira yitegurire neza ubuzima bw’inyuma y’akazi no kugira abeho neza mu gihe c’ukukuruka? 👨💼👩💼📊 Kuri uno musi mu kiganiro Première Heure kuri Kazoza FM & Web TV 📻📺, turakira Jocelyne Ntakare kugira adufashe gutahura neza ingene umuntu yokwitegurira ubuzima bw’inyuma y’akazi, hamwe n’izindi nzira zishobora kumufasha kuronka umutekano mu vy’amafaranga. 💰📈🏦 ! 🔔✨ #Burundi #PremiereHeure #Retraite #gwizaumwimbu